Zakariya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Emwe, Yehova azoba umwami w’isi yose+. Kuri uwo musi, Yehova azoba umwe+, n’izina ryiwe ribe rimwe+. Abaroma 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+,
9 Emwe, Yehova azoba umwami w’isi yose+. Kuri uwo musi, Yehova azoba umwe+, n’izina ryiwe ribe rimwe+.
29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+,