Gusubira mu vyagezwe 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Umviriza, ewe Isirayeli: Yehova Imana yacu ni Yehova umwe+. Malaki 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe+? None ni kubera iki duhemukiranira+, mu guhumanya isezerano rya ba sogokuruza+? Abagalatiya 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yamara rero nta muhuza ahaba iyo ari ivyerekeye umuntu umwe gusa, ariko Imana ni imwe gusa+.
10 “Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe+? None ni kubera iki duhemukiranira+, mu guhumanya isezerano rya ba sogokuruza+?