Yesaya 43:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Raba! Ndiko nkora ikintu gishasha+. Ubu kizoseruka. None ntimuzokimenya+? Vy’ukuri, nzoshiraho inzira ica mu gahinga+, nshireho inzuzi zica mu bugaragwa+.
19 Raba! Ndiko nkora ikintu gishasha+. Ubu kizoseruka. None ntimuzokimenya+? Vy’ukuri, nzoshiraho inzira ica mu gahinga+, nshireho inzuzi zica mu bugaragwa+.