Matayo 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yishura ati: “Nta wundi natumweko atari ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+.” Ivyakozwe 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.
36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.