ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Narateze ugutwi+, nguma numviriza+. Ntibagumye bavuga nk’uko bibereye. Nta muntu n’umwe yigaye ububi bwiwe+, ati: ‘Mbega ivyo nakoze ni ibiki?’ Umwe wese asubira mu nzira ya benshi+, nk’ifarasi yirasa mu rugamba.

  • Yeremiya 35:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nagumye ndabatumako abasavyi banje bose, abahanuzi+, nkazinduka nkabatuma, nti: ‘Enda nimuhindukire, umwe wese ave mu nzira yiwe mbi+, kandi ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+, kandi ntimukurikire izindi mana ngo muzikorere+. Maze mubandanye kuba ku butaka nabahaye, mwe na ba sogokuruza banyu+.’ Ariko ntimwateze ugutwi canke ngo munyumvirize+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika