Guharura 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Mbega ukuboko kwa Yehova ni kugufi+? Ubu ugira ubone ko ivyo mvuga bigushikira canke bitagushikira+.” Yesaya 40:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+. Yesaya 59:1 Bibiliya y’isi nshasha 59 Raba! Ukuboko kwa Yehova ntikwabaye kugufi cane ku buryo kudashobora gukiza+, canke ngo ugutwi kwiwe kuremere cane ku buryo kudashobora kwumva+.
23 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Mbega ukuboko kwa Yehova ni kugufi+? Ubu ugira ubone ko ivyo mvuga bigushikira canke bitagushikira+.”
28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.
59 Raba! Ukuboko kwa Yehova ntikwabaye kugufi cane ku buryo kudashobora gukiza+, canke ngo ugutwi kwiwe kuremere cane ku buryo kudashobora kwumva+.