ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”

  • Guharura 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Mbega ukuboko kwa Yehova ni kugufi+? Ubu ugira ubone ko ivyo mvuga bigushikira canke bitagushikira+.”

  • Yesaya 50:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kubera iki igihe naza hatagira n’umwe+? Kubera iki igihe nahamagara habuze uwishura+? Mbega ni ukuvuga ko ukuboko kwanje kwabaye kugufi gushika aho kudashobora gucungura+? Canke muri jewe nta bubasha buriho bwo kurokora? Raba! Nkamisha ikiyaga+ uguhambara kwanje+; inzuzi ndazigira agahinga+. Amafi yavyo araduhuka kubera ata mazi, akicwa n’inyota+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika