Kuvayo 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bene Isirayeli bobo baciye kw’isi yumutse hagati mu ntebetebe y’ikiyaga+, kandi amazi yababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+. Zaburi 114:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ikiyaga ubwaco carabibonye kirahunga+;Nayo Yorodani, itangura gusubira inyuma+. Yesaya 51:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?
29 Bene Isirayeli bobo baciye kw’isi yumutse hagati mu ntebetebe y’ikiyaga+, kandi amazi yababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+.
10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?