Yosuwa 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko barasohoka, bo hamwe n’amakambi yabo yose, abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+, n’amafarasi+ be n’imikogote y’intambara vyinshi cane. 1 Abami 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yuda na Isirayeli bari benshi, mu bwinshi ari nk’udutete tw’umusenyi turi iruhande y’ikiyaga+; bararya, bakanywa bakanezerwa+.
4 Nuko barasohoka, bo hamwe n’amakambi yabo yose, abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+, n’amafarasi+ be n’imikogote y’intambara vyinshi cane.
20 Yuda na Isirayeli bari benshi, mu bwinshi ari nk’udutete tw’umusenyi turi iruhande y’ikiyaga+; bararya, bakanywa bakanezerwa+.