Abaheburayo 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 mugabo tubona Yezu, uwagizwe uwuri munsi gatoyi y’abamarayika+, yambitswe urugori rw’ubuninahazwa+ n’iteka ku bwo kuba yarashikiwe n’urupfu+, kugira ngo biciye ku buntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ahonjereze urupfu umuntu wese+. Abaheburayo 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+. Abaheburayo 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni co gituma igihe aza mw’isi avuga ati: “‘Ibimazi n’amashikanwa nta vyo washatse+, mugabo wanteguriye umubiri+.
9 mugabo tubona Yezu, uwagizwe uwuri munsi gatoyi y’abamarayika+, yambitswe urugori rw’ubuninahazwa+ n’iteka ku bwo kuba yarashikiwe n’urupfu+, kugira ngo biciye ku buntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ahonjereze urupfu umuntu wese+.
26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+.
5 Ni co gituma igihe aza mw’isi avuga ati: “‘Ibimazi n’amashikanwa nta vyo washatse+, mugabo wanteguriye umubiri+.