Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+? Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+?
10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.