Ivyahishuwe 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aheranda haca huzura umwotsi kubera ubuninahazwa bw’Imana+ no kubera ububasha bwayo, kandi nta n’umwe yashobora kwinjira aheranda gushika nya vyago indwi+ vya ba bamarayika indwi birangiye.
8 Aheranda haca huzura umwotsi kubera ubuninahazwa bw’Imana+ no kubera ububasha bwayo, kandi nta n’umwe yashobora kwinjira aheranda gushika nya vyago indwi+ vya ba bamarayika indwi birangiye.