Abalewi 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+. Ivyahishuwe 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze mbona mw’ijuru ikindi kimenyetso+, ikimenyetso gikomeye kandi c’agatangaza: abamarayika indwi+ bafise ivyago indwi+. Ivyo ni vyo vya nyuma, kuko biciye kuri vyo ishavu+ ry’Imana rirangizwa+.
21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.
15 Maze mbona mw’ijuru ikindi kimenyetso+, ikimenyetso gikomeye kandi c’agatangaza: abamarayika indwi+ bafise ivyago indwi+. Ivyo ni vyo vya nyuma, kuko biciye kuri vyo ishavu+ ry’Imana rirangizwa+.