Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo. 1 Abami 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abaherezi+ ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa cabo+ kubera nya gicu, kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Yesaya 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Amasonga+ yo kuzungurukirako y’aminjiriro atangura kudegedwa humvikanye ijwi ry’uwariko ahamagara, inzu na yo ubwayo yuzura umwotsi+. Ezekiyeli 44:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
11 Abaherezi+ ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa cabo+ kubera nya gicu, kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+.
4 Amasonga+ yo kuzungurukirako y’aminjiriro atangura kudegedwa humvikanye ijwi ry’uwariko ahamagara, inzu na yo ubwayo yuzura umwotsi+.
4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.