Yesaya 52:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ikunkumure umukungugu+, haguruka, fata icicaro, ewe Yeruzalemu! Itekurure imizana igufashe mw’izosi, ewe mukobwa wa Siyoni wagizwe imbohe+! Ivyahishuwe 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.”
2 Ikunkumure umukungugu+, haguruka, fata icicaro, ewe Yeruzalemu! Itekurure imizana igufashe mw’izosi, ewe mukobwa wa Siyoni wagizwe imbohe+!
3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.”