Yesaya 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+. Yesaya 60:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.
21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.