ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ruti: ‘Ni ukuri, muri Yehova hari ubugororotsi bwuzuye be n’inkomezi+. Abamurungurira bose bazoza bamutumbereye, bamaramare+.

  • Yeremiya 23:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.”

  • Abaroma 3:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.

  • 2 Abakorinto 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.

  • Abanyefeso 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.

  • Abafilipi 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 kandi nze nsangwe mu bumwe na we, ntafise ubugororotsi bwanje bwite, bumwe buva kw’itegeko+, mugabo mfise ububoneka biciye ku kwizera+ Kristu, ari bwo bugororotsi buva ku Mana hishimikijwe ukwizera+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika