Yoweli 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, imirambi itembe amata, n’inzira z’imigezi za Yuda zose zitembe amazi. Kandi imbizi izotemba ivuye mu nzu ya Yehova+, inyoshe umwonga w’Ibiti vy’Iminyinya+. 1 Abakorinto 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nabagaburiye amata, si ico kurya+, kuko mutari bwakomere bihagije. Mbere n’ubu ntimukomeye bihagije+, 1 Petero 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi nka kurya kw’inzoya zikivuka+, nimurondere gucambirwa amata atavanze+ ya rya jambo, kugira ngo biciye kuri yo mukure mushikire ubukiriro+,
18 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, imirambi itembe amata, n’inzira z’imigezi za Yuda zose zitembe amazi. Kandi imbizi izotemba ivuye mu nzu ya Yehova+, inyoshe umwonga w’Ibiti vy’Iminyinya+.
2 Nabagaburiye amata, si ico kurya+, kuko mutari bwakomere bihagije. Mbere n’ubu ntimukomeye bihagije+,
2 kandi nka kurya kw’inzoya zikivuka+, nimurondere gucambirwa amata atavanze+ ya rya jambo, kugira ngo biciye kuri yo mukure mushikire ubukiriro+,