Yesaya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+. Yesaya 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+. Daniyeli 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+. Mika 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amahanga menshi azogenda koko, avuge ati: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova no ku nzu y’Imana ya Yakobo+; izotwigisha inzira zayo+, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+.
49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+.
4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.
14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+.
2 Amahanga menshi azogenda koko, avuge ati: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova no ku nzu y’Imana ya Yakobo+; izotwigisha inzira zayo+, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+.