ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova Imana yawe na we ntazobura kugarukana imbohe zawe+ no kukugirira imbabazi+, asubire agutororokanye agukuye mu bisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe yagusanzarijemwo+.

  • Yesaya 27:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokubita ivyamwa+, guhera ku mugezi utemba wa rwa Ruzi+ gushika ku mwonga wa Misiri+, kandi ni ko namwe ubwanyu muzonobagurwa kamwekamwe+, yemwe bene Isirayeli.

  • Hoseya 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Egome, bene Yuda na bene Isirayeli bazokoranirizwa hamwe mu bumwe+, bishirireho koko umukuru umwe maze baduge bave mu gihugu+, kuko umusi wa Yezireyeli uzoba uhambaye+.

  • Matayo 24:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Na we azotuma abamarayika biwe n’ijwi ry’urumbete rikomeye+, bakoranirize hamwe abatowe biwe+ bo muri ya miyaga ine*+, kuva ku mpera imwe y’ijuru gushika ku yindi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika