Zaburi 106:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yagira ivuge ivy’ukubazimanganya+,Iyo hataba Musa uwo yatoye,Uwahagaze mu mukokwe imbere yayo+,Kugira asubize inyuma ubushangashirwe bwayo ngo ntibubahonye+. Ezekiyeli 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe.
23 Yagira ivuge ivy’ukubazimanganya+,Iyo hataba Musa uwo yatoye,Uwahagaze mu mukokwe imbere yayo+,Kugira asubize inyuma ubushangashirwe bwayo ngo ntibubahonye+.
30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe.