ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 7:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Hahezagirwe Yehova Imana ya ba sogokuruza bacu+, we yashize ikintu nk’ico mu mutima+ w’umwami, kugira ngo asharize+ inzu ya Yehova iri i Yeruzalemu!

  • Nehemiya 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nongera kubwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza, nimpabwe amakete+ nshira ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi+, kugira bandeke ndengane gushika nshitse muri Yuda;

  • Yesaya 49:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”

  • Ivyahishuwe 21:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi amahanga azogenda amurikiwe n’umuco waco+, kandi abami b’isi bazozana muri co ubuninahazwa bwabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika