2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Yesaya 49:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Siyoni yagumye avuga ngo: “Yehova yarampevye+, Yehova ubwiwe yaranyibagiye+.” Yeremiya 30:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kuko nzotuma usubirana, kandi nzogukiza inguma zawe+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko bakwise umugore yirukanywe+, bati: ‘Ni Siyoni, umwe ata n’umwe amurondera+.’” Yeremiya 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aha hantu, aho muzoba muvuga ko ari igiharabuga kitagiramwo umuntu n’igitungwa, mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu vyacitse umusaka+, bitagiramwo umuntu n’uwuhaba n’igitungwa, hazosubira kwumvikana+ Gucura intimba 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inzira za Siyoni ziragandaye, kuko ata n’umwe aza ku musi mukuru+.Amarembo yiwe yose bayagize umusaka+; abaherezi biwe baraniha+.Abigeme biwe b’isugi bishwe n’intuntu, na we ubwiwe afise umururazi+. Abagalatiya 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko vyanditswe ngo: “Nezerwa wa mugore w’ingumba utavyara; turikisha usemerere, wa mugore utagira ububabare bw’ukwibaruka; kuko abana b’umugore w’intabwa ari benshi kuruta ab’umugore afise umugabo+.”
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
17 “Kuko nzotuma usubirana, kandi nzogukiza inguma zawe+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko bakwise umugore yirukanywe+, bati: ‘Ni Siyoni, umwe ata n’umwe amurondera+.’”
10 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aha hantu, aho muzoba muvuga ko ari igiharabuga kitagiramwo umuntu n’igitungwa, mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu vyacitse umusaka+, bitagiramwo umuntu n’uwuhaba n’igitungwa, hazosubira kwumvikana+
4 Inzira za Siyoni ziragandaye, kuko ata n’umwe aza ku musi mukuru+.Amarembo yiwe yose bayagize umusaka+; abaherezi biwe baraniha+.Abigeme biwe b’isugi bishwe n’intuntu, na we ubwiwe afise umururazi+.
27 Kuko vyanditswe ngo: “Nezerwa wa mugore w’ingumba utavyara; turikisha usemerere, wa mugore utagira ububabare bw’ukwibaruka; kuko abana b’umugore w’intabwa ari benshi kuruta ab’umugore afise umugabo+.”