ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.

  • Yesaya 61:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu kibanza c’ibimaramare vyanyu hazoba umugabane urimwo ibiri+, mu kibanza c’agateterwe na ho bihe akamo k’umunezero kubera umuturi wabo+. Ni co gituma mu gihugu cabo bazokwigarurira umugabane urimwo ibiri+. Bazogira umunezero wo gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yeremiya 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ijwi ry’abavuga bati: “Nimuhaye Yehova nyen’ingabo, kuko Yehova ari mwiza+; kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+!”’

      “‘Bazozana mu nzu ya Yehova ishikanwa ry’ugukenguruka+, kuko nzogarukana abagizwe imbohe b’iki gihugu nko mu ntango+,’ ni ko Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika