1 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+. Abaroma 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+.
2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+.
11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+.