Zaburi 132:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi abaherezi baho nzobambika ubukiriro+;Intahemuka zaho na zo ntizizobura kwiha akamo k’umunezero. Yesaya 52:1 Bibiliya y’isi nshasha 52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+. Ivyahishuwe 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.
16 Kandi abaherezi baho nzobambika ubukiriro+;Intahemuka zaho na zo ntizizobura kwiha akamo k’umunezero.
52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.
2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.