Yeremiya 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Garuke, yemwe bana b’ibihemu+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko jewe nabaye umugabo abagaba+; kandi nzobatora, umwe ndamukuye mu gisagara, babiri mu muryāngo, maze ndabajane i Siyoni+. Hoseya 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nzokuresha ube uwanje igihe kitagira urugero*+, nzokuresha mu bugororotsi no mu butungane no mu buntu bwuzuye urukundo no mu mbabazi+.
14 “Garuke, yemwe bana b’ibihemu+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko jewe nabaye umugabo abagaba+; kandi nzobatora, umwe ndamukuye mu gisagara, babiri mu muryāngo, maze ndabajane i Siyoni+.
19 Nzokuresha ube uwanje igihe kitagira urugero*+, nzokuresha mu bugororotsi no mu butungane no mu buntu bwuzuye urukundo no mu mbabazi+.