Yesaya 40:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+. Yesaya 49:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo jewe, navuze nti: “Nacumukuriye ubusa+. Inkomezi zanje nazimariye ku bitabaho no ku vy’ubusa+. Vy’ukuri, urubanza rwanje ruri kwa Yehova+, impembo yanje na yo ku Mana yanje+.”
10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.
4 Nayo jewe, navuze nti: “Nacumukuriye ubusa+. Inkomezi zanje nazimariye ku bitabaho no ku vy’ubusa+. Vy’ukuri, urubanza rwanje ruri kwa Yehova+, impembo yanje na yo ku Mana yanje+.”