Yesaya 59:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abonye ko ata muntu ariho, aca ajorezwa no kubona ko ata n’umwe ahaserutse+. Maze ukuboko kwiwe gutangura gukiza ku bwiwe, kandi ubugororotsi bwiwe ni bwo bwamushigikira+.
16 Abonye ko ata muntu ariho, aca ajorezwa no kubona ko ata n’umwe ahaserutse+. Maze ukuboko kwiwe gutangura gukiza ku bwiwe, kandi ubugororotsi bwiwe ni bwo bwamushigikira+.