Zaburi 78:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu maso ya ba sekuruza babo, yari yakoze ibitangaje+Mu gihugu ca Misiri+, ka karere ka Zowani+. Zaburi 105:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,
5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,