Gusubira mu vyagezwe 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi ibisata vyose vy’abantu vyo kw’isi ntibizobura kubona ko witirirwa izina rya Yehova+, kandi bizogutinya koko+. 2 Ngoma 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+.
10 Kandi ibisata vyose vy’abantu vyo kw’isi ntibizobura kubona ko witirirwa izina rya Yehova+, kandi bizogutinya koko+.
14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+.