ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Mowabu agirira ubwoba bwinshi abo bantu, kuko bari benshi; Mowabu atangura kugira ubwoba arashegeshwa kubera bene Isirayeli+.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nta muntu n’umwe azohagarara ashikamye imbere yanyu+. Yehova Imana yanyu azotuma igihugu cose muzohonyozako ikirenge kibagirira ubwoba, kibatinye+, nk’uko nyene yabasezeraniye.

  • Yosuwa 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Abami bose b’Abamori+ bari ku ruhande rwa Yorodani rwo mu burengero, n’abami bose b’Abanyakanani+ bari iruhande y’ikiyaga, bakimara kwumva yuko Yehova yari yakamije amazi ya Yorodani imbere ya bene Isirayeli gushika bamaze kujabuka, imitima yabo ica itangura gushonga+, ntibasubira kugira umutima rugabo kubera bene Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika