2 Ngoma 28:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, Ahazi akoraniriza hamwe ibikoresho+ vyo mu nzu y’Imana y’ukuri, atemagura ivyo bikoresho vyo mu nzu y’Imana y’ukuri+, yugara imiryango+ y’inzu ya Yehova, araheza yiyubakira ibicaniro mu mfuruka zose z’i Yeruzalemu+. 2 Ngoma 34:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’”
24 Vyongeye, Ahazi akoraniriza hamwe ibikoresho+ vyo mu nzu y’Imana y’ukuri, atemagura ivyo bikoresho vyo mu nzu y’Imana y’ukuri+, yugara imiryango+ y’inzu ya Yehova, araheza yiyubakira ibicaniro mu mfuruka zose z’i Yeruzalemu+.
25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’”