Yesaya 61:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.” Zakariya 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobasanzaza nk’imbuto mu bisata vy’abantu+, kandi bazonyibuka bari mu turere twa kure+; emwe, bazogarura agatege hamwe n’abana babo, kandi bazogaruka+.
9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.”
9 Nzobasanzaza nk’imbuto mu bisata vy’abantu+, kandi bazonyibuka bari mu turere twa kure+; emwe, bazogarura agatege hamwe n’abana babo, kandi bazogaruka+.