Yesaya 35:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nta ntambwe izohaba, kandi nta bikoko vy’ameru bizoyidugamwo+. Nta na kimwe kizohaboneka+; abacunguwe ni bo bazohagendera+.
9 Nta ntambwe izohaba, kandi nta bikoko vy’ameru bizoyidugamwo+. Nta na kimwe kizohaboneka+; abacunguwe ni bo bazohagendera+.