ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 107:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Abahabujwe ba Yehova nibavuge gutyo+,

      Abo yahabuje mu kuboko kw’umurwanizi+,

  • Yesaya 62:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi abantu ntibazobura kubita igisata ceranda+, abacunguwe na Yehova+; nawe ubwawe uzokwitwa Bironderwa, Igisagara Kitahebwe Buhere+.

  • Abagalatiya 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”

  • Tito 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 uwitanze+ ku bwacu kugira aturokore+ mu bugarariji bw’uburyo bwose yongere yihumanurire+ igisata yiharije+, kigirira umwete ibikorwa vyiza+.

  • 1 Petero 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko muzi yuko ibintu vyononekara+, ifeza canke inzahabu, atari vyo mwarokojwe+ mukava mu burumbirane bw’ingeso zanyu mwahawe na ba sogokuruza banyu mu buryo bw’imigenzo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika