ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 10:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+.

  • Yeremiya 23:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 mugabo bazovuga ngo: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, we yaduganye akongera akazana uruvyaro rw’inzu ya Isirayeli arukuye mu gihugu co mu buraruko no mu bihugu vyose nabashwiragirijemwo,’ kandi bazokwibera koko ku butaka bwabo+.”

  • Zakariya 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 ‘Kuko hazobibwa imbuto y’amahoro+; umuzabibu uzotanga icamwa cawo+, isi itange umwimbu wayo+, amajuru na yo atange ikime cayo+; nzotuma koko amasigarira+ y’aba bantu atorana ivyo vyose+.

  • Abaroma 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.

  • 1 Petero 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika