Gucura intimba 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abansi bawe bose bakwasamiye+.Bavugije agahwa, baguma bahekenya amenyo+. Bavuze ngo: “Tuzomumira miyonzwa+.Ni ukuri uwu ni wo musi twari twiteze+. Turawuronse! Turawubonye+!” Mika 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ubu rero amahanga menshi azokoranywa ata kabuza kugira akurwanye, amwe avuga ngo: ‘Nahumanywe, kandi amaso yacu yitegereze Siyoni+.’
16 Abansi bawe bose bakwasamiye+.Bavugije agahwa, baguma bahekenya amenyo+. Bavuze ngo: “Tuzomumira miyonzwa+.Ni ukuri uwu ni wo musi twari twiteze+. Turawuronse! Turawubonye+!”
11 “Ubu rero amahanga menshi azokoranywa ata kabuza kugira akurwanye, amwe avuga ngo: ‘Nahumanywe, kandi amaso yacu yitegereze Siyoni+.’