2 Abami 18:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+? 2 Abami 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye. 2 Ngoma 32:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babandanya gutuka+ Imana ya Yeruzalemu+ nk’uko batutse imana z’ibisata vy’abantu vyo kw’isi, izakozwe n’amaboko y’umuntu+.
34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+?
18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye.
19 Babandanya gutuka+ Imana ya Yeruzalemu+ nk’uko batutse imana z’ibisata vy’abantu vyo kw’isi, izakozwe n’amaboko y’umuntu+.