Imigani 27:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nka kurya kw’inyoni ihunga ikava mu cari cayo+, ni ko umuntu ahunga akava ahantu hiwe+. Yesaya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: nka kurya kw’ingeregere bahinze, na kurya kw’umukuku utagira uwuwegeranya+, ni ko bazohindukira, umwe wese aje ku bantu b’iwabo; kandi bazohunga, umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+. Yeremiya 48:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Hagarara, weraguze urondera inzira, ewe mugore uba i Aroweri+! Baza umugabo ahunga, n’umugore anyaze amagara. Uvuge uti: ‘Habaye iki+?’
14 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: nka kurya kw’ingeregere bahinze, na kurya kw’umukuku utagira uwuwegeranya+, ni ko bazohindukira, umwe wese aje ku bantu b’iwabo; kandi bazohunga, umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+.
19 “Hagarara, weraguze urondera inzira, ewe mugore uba i Aroweri+! Baza umugabo ahunga, n’umugore anyaze amagara. Uvuge uti: ‘Habaye iki+?’