Gusubira mu vyagezwe 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova Imana yawe na we azobarungikako ukujonjogora+, gushika abari basigaye+ kandi bariko bihisha ngo bakuve imbere bayogeye. Yosuwa 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Tuvyumvise, imitima yacu yaciye itangura gushonga+, kandi nta n’umwe yasubiye kugira umutima rugabo kubera mwebwe+, kuko Yehova Imana yanyu ari Imana mu majuru hejuru no kw’isi hasi+.
20 Yehova Imana yawe na we azobarungikako ukujonjogora+, gushika abari basigaye+ kandi bariko bihisha ngo bakuve imbere bayogeye.
11 Tuvyumvise, imitima yacu yaciye itangura gushonga+, kandi nta n’umwe yasubiye kugira umutima rugabo kubera mwebwe+, kuko Yehova Imana yanyu ari Imana mu majuru hejuru no kw’isi hasi+.