Zaburi 48:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ukujugumira kwarabahacakiriye+,Imisonga y’ukwibaruka nk’iy’umugore ariko yibaruka+. Yeremiya 30:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndabinginze mubaze, murabe ko hari umugabo yibaruka. Kubera iki nabonye umuntu w’umugabo wese ashize amaboko mu kiyunguyungu nk’umugore ariko yibaruka+, mu maso ha bose habenjutse+?
6 Ndabinginze mubaze, murabe ko hari umugabo yibaruka. Kubera iki nabonye umuntu w’umugabo wese ashize amaboko mu kiyunguyungu nk’umugore ariko yibaruka+, mu maso ha bose habenjutse+?