Yesaya 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibi rero ni vyo Yehova abwiye inzu ya Yakobo, umwe yacungura Aburahamu+: “Yakobo ubu ntazomaramara, eka no mu maso hiwe ubu ntihazobenjuka+;
22 Ibi rero ni vyo Yehova abwiye inzu ya Yakobo, umwe yacungura Aburahamu+: “Yakobo ubu ntazomaramara, eka no mu maso hiwe ubu ntihazobenjuka+;