13 Kandi nk’uko nyene mwabaye umuvumo mu mahanga+, ewe nzu ya Yuda nawe nzu ya Isirayeli+, ni ko nzobakiza, kandi muzoba koko umuhezagiro+. Ntimutinye+. Amaboko yanyu nakomere+.’
14 Kwari ukugira ngo umuhezagiro wa Aburahamu uze biciye kuri Yezu Kristu ku bw’amahanga+, kugira ngo turonke ya mpwemu yasezeranywe+ biciye ku kwizera kwacu+.