Zakariya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova azoboneka hejuru yabo+, kandi umwampi wiwe uzofyiruka nk’umuravyo+. Umukama Segaba Yehova ubwiwe azovuza inzamba+, ajane n’ibirura vy’umuyaga vyo mu bumanuko+.
14 Yehova azoboneka hejuru yabo+, kandi umwampi wiwe uzofyiruka nk’umuravyo+. Umukama Segaba Yehova ubwiwe azovuza inzamba+, ajane n’ibirura vy’umuyaga vyo mu bumanuko+.