Kuvayo 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+. Ezekiyeli 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nabahaye kandi amasabato yanje+, ngo abe ikimenyetso hagati yanje na bo+, kugira ngo bamenye yuko jewe ndi Yehova, uwuriko arabeza.
13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+.
12 Nabahaye kandi amasabato yanje+, ngo abe ikimenyetso hagati yanje na bo+, kugira ngo bamenye yuko jewe ndi Yehova, uwuriko arabeza.