Yeremiya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’ Yeremiya 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Hari akajoreza, egome, ikintu giteye ikinya, cakozwe mu gihugu+:
13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’