ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nimubirabe mwumiwe, mwa majuru mwe; nimumerereze kubera ikinya cinshi cane,’ ni ko Yehova avuze+,

  • Yeremiya 23:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nabonye ibintu biteye ikinya mu bahanuzi ba Yeruzalemu+: ukurenga ibigo+ n’ukugendera mu kinyoma+; bakomeje amaboko y’inkozi z’ikibi kugira ngo ntibahindukire+, umwe wese ngo ave mu bubi bwiwe. Bose bambereye nka Sodomu+, ababa muri we bose na bo bambera nka Gomora+.”

  • Hoseya 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu nzu ya Isirayeli nahabonye ikintu giteye ikinya+. Aho ni ho hari ubusambanyi bwa Efurayimu+. Isirayeli yarihumanije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika