2 Samweli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami n’abantu biwe baja i Yeruzalemu kurwanya Abayebusi+ baba mu gihugu; bano batangura kubwira Dawidi bati: “Ntuzokwinjira ng’aha, mugabo impumyi n’ibimuga bazogusubiza inyuma ata kabuza+,” kuko biyumvira bati: “Dawidi ntazokwinjira ng’aha.” Yeremiya 49:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera iki wiyemera ku bijanye n’ibiyaya vyo hasi+, ikiyaya cawe co hasi gitemba, ewe mukobwa w’igihemu, wewe wizigira amatunga yawe+, ukavuga uti: “Ni nde azoza aho ndi+?”’” Gucura intimba 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+. Obadiya 3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ukwita imbere kw’umutima wawe ni kwo kwaguhenze+, wewe uba mu bwihisho bw’urutare+, iyo hejuru aho uba, ukavugira mu mutima wawe ngo: ‘Ni nde azomanura kw’isi?’
6 Nuko umwami n’abantu biwe baja i Yeruzalemu kurwanya Abayebusi+ baba mu gihugu; bano batangura kubwira Dawidi bati: “Ntuzokwinjira ng’aha, mugabo impumyi n’ibimuga bazogusubiza inyuma ata kabuza+,” kuko biyumvira bati: “Dawidi ntazokwinjira ng’aha.”
4 Kubera iki wiyemera ku bijanye n’ibiyaya vyo hasi+, ikiyaya cawe co hasi gitemba, ewe mukobwa w’igihemu, wewe wizigira amatunga yawe+, ukavuga uti: “Ni nde azoza aho ndi+?”’”
12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+.
3 Ukwita imbere kw’umutima wawe ni kwo kwaguhenze+, wewe uba mu bwihisho bw’urutare+, iyo hejuru aho uba, ukavugira mu mutima wawe ngo: ‘Ni nde azomanura kw’isi?’