Yeremiya 29:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ati: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabarungikire inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, kandi nzobagira nk’insukoni zituritse zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+.”’
17 ati: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabarungikire inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, kandi nzobagira nk’insukoni zituritse zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+.”’